Yesaya 63:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nzovuga ibikorwa vy’urukundo* vya Yehova,mvuge ibikorwa vya Yehova bibereye gushemezwa.Nzobivuga kubera ivyo Yehova yatugiriye vyose+,ibintu vyiza vyinshi yakoreye ihanga rya Isirayeliabitumwe n’imbabazi ziwe n’urukundo* rwiwe rwinshi.
7 Nzovuga ibikorwa vy’urukundo* vya Yehova,mvuge ibikorwa vya Yehova bibereye gushemezwa.Nzobivuga kubera ivyo Yehova yatugiriye vyose+,ibintu vyiza vyinshi yakoreye ihanga rya Isirayeliabitumwe n’imbabazi ziwe n’urukundo* rwiwe rwinshi.