ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 71:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ewe Mana, waranyigishije kuva nkiri muto+,

      kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe bitangaje+.

      18 Ewe Mana, ntumpebe naho nshaje nkaba maze kumera imvi+.

      Nureke mbwire ubushobozi bwawe urunganwe* ruzokurikira,

      mbwire ububasha bwawe abazovuka mu nyuma+.

  • Zaburi 102:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ibi vyandikiwe urunganwe ruzoza+,

      kugira ngo abantu bataravuka* baze bashemeze Yehova*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika