Gusubira mu vyagezwe 5:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ese iyaba bogumanye umutima wo kuntinya+ no gukurikiza amabwirizwa yanje yose+! Vyobagendeye neza hamwe n’abana babo ibihe vyose+.
29 Ese iyaba bogumanye umutima wo kuntinya+ no gukurikiza amabwirizwa yanje yose+! Vyobagendeye neza hamwe n’abana babo ibihe vyose+.