ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 81:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ariko abantu banje ntibanyumvirije,

      Isirayeli ntiyangamburukiye+.

      12 Naciye ndabareka bakurikira imitima yabo ikomantaye,

      bakora ivyo babona ko ari vyiza*+.

  • Yeremiya 7:24-26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+, ahubwo bisunze imigambi* yabo mibi, bakurikira umutima wabo mubi babigiranye akagagazo+. Basubiye inyuma aho kuja imbere. 25 Vyabaye ukwo kuva umusi ba sogokuruza banyu bava mu gihugu ca Misiri gushika n’uyu musi+. Nagumye rero ndabatumako abasavyi banje bose b’abahanuzi, nkabatuma buri musi, incuro n’izindi*+. 26 Mugabo baranse kunyumviriza, ntibatega ugutwi+. Babaye intagondwa* bakora ibibi kurusha ba sekuruza babo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika