ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Mwaribagiye Igitandara+ cabavyaye,

      ntimwibutse Imana yabibarutse+.

  • 2 Ngoma 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Iyumvire gatoyi: Imana y’ukuri iri kumwe natwe kugira ituyobore. Turi kumwe kandi n’abaherezi bayo bavuza inzumbete mu gutanga ikimenyetso c’urugamba rwo kubarwanya. Yemwe Bisirayeli, ntimurwanye Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, kuko mutaza gutsinda+.»

  • Yeremiya 2:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Mbega umwigeme w’isugi yokwibagira udusharizo twiwe,

      umugeni akibagira imikanda* yiwe?

      Yamara abantu banje bo, bamaze imisi itagira uko ingana baranyibagiye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika