Nehemiya 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ivyo vyatumye ureka abansi babo barabatsinda+, bakaguma babateza amagorwa+. Mugabo igihe baba bari mu magorwa, barakuririra maze nawe ukabumva uri mw’ijuru, ukarungika ababakiza abansi babo kubera imbabazi zawe nyinshi+. Yesaya 48:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo nzotsinda ishavu kubera izina ryanje+.Nzokwigumya kubera ishemezo ryanje,sindakuzimanganye+. Ezekiyeli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga bari babayemwo+, kuko nimenyekanishije kuri bo* imbere y’ayo mahanga igihe nabakura* mu gihugu ca Misiri+.
27 Ivyo vyatumye ureka abansi babo barabatsinda+, bakaguma babateza amagorwa+. Mugabo igihe baba bari mu magorwa, barakuririra maze nawe ukabumva uri mw’ijuru, ukarungika ababakiza abansi babo kubera imbabazi zawe nyinshi+.
9 Mugabo nzotsinda ishavu kubera izina ryanje+.Nzokwigumya kubera ishemezo ryanje,sindakuzimanganye+.
9 Mugabo nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga bari babayemwo+, kuko nimenyekanishije kuri bo* imbere y’ayo mahanga igihe nabakura* mu gihugu ca Misiri+.