ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Abantu bose babonye ubuninahazwa bwanje n’ibimenyetso+ nakoreye mu Misiri no mu bugaragwa, ariko bakaguma bangerageza+ izi ncuro cumi zose kandi ntibanyumvirize+,

  • Gusubira mu vyagezwe 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ntimuze mugerageze Yehova Imana yanyu+ nka kumwe mwamugerageza i Masa+.

  • Zaburi 95:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 ntimukomantaze imitima nka kumwe kw’i Meriba*+,

      nka wa musi w’i Masa* mu bugaragwa+,

       9 igihe ba sogokuruza banyu bangerageza+.

      Baransomborokeje naho bari barabonye ibikorwa vyanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika