Gusubira mu vyagezwe 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mwibuke ingene mwateye ishavu Yehova Imana yanyu mu bugaragwa+. Ntimuze mwigere muvyibagira. Mwagumye mugarariza Yehova uhereye umusi mwava mu Misiri gushika mugeze ng’aha+. Abacamanza 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Bararongora abakobwa bo muri ayo mahanga, na bo bagaha abahungu bo muri ayo mahanga abakobwa babo. Nuko batangura gusenga imana zabo+.
7 Mwibuke ingene mwateye ishavu Yehova Imana yanyu mu bugaragwa+. Ntimuze mwigere muvyibagira. Mwagumye mugarariza Yehova uhereye umusi mwava mu Misiri gushika mugeze ng’aha+.
6 Bararongora abakobwa bo muri ayo mahanga, na bo bagaha abahungu bo muri ayo mahanga abakobwa babo. Nuko batangura gusenga imana zabo+.