ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 104:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Wateretse isi ku mushinge wayo+.

      Ntizokwigera iva mu kibanza cayo* gushika ibihe bidahera+.

  • Zaburi 119:90
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 90 Ubwizigirwa bwawe bwamaho ibihe vyose*+.

      Warashimangiye isi kugira izokwameho+.

  • Umusiguzi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Urunganwe* rumwe ruragenda urundi rukaza,

      ariko isi yoyo yamaho* ibihe vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika