-
1 Samweli 16:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Nuko atuma uwuja guhamagara Dawidi, baca bamuzanira Samweli. Yari umusore mwiza, w’inzobe, afise amaso meza+. Maze Yehova avuga ati: «Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari we nahisemwo+.» 13 Samweli aca atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza imbere ya benewabo. Kuva uwo musi, impwemu ya Yehova itangura guha inkomezi Dawidi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka asubira i Rama+.
-