2 Samweli 6:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Dawidi yishura Mikali ati: «Nariko nigina imbere ya Yehova, we yantoye aho gutora so n’abo mu rugo rwiwe bose. Yehova ni we yangize indongozi y’abantu biwe b’Abisirayeli+. Ni co gituma nigina imbere ya Yehova.
21 Dawidi yishura Mikali ati: «Nariko nigina imbere ya Yehova, we yantoye aho gutora so n’abo mu rugo rwiwe bose. Yehova ni we yangize indongozi y’abantu biwe b’Abisirayeli+. Ni co gituma nigina imbere ya Yehova.