Zaburi 73:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko nagirira ishari abantu bishima,igihe mbonye amahoro ababisha bifitiye+. Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ewe Mana, umwansi azoguma agucokora gushika ryari+? Umwansi azoguma asuzugura izina ryawe ibihe vyose+?
10 Ewe Mana, umwansi azoguma agucokora gushika ryari+? Umwansi azoguma asuzugura izina ryawe ibihe vyose+?