Zaburi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Warahanye amahanga+ wongera urahonya ababisha,uzimanganya izina ryabo gushika ibihe bidahera. Yesaya 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Jewe Yehova ninarangiza igikorwa canje kijanye n’umusozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzohana umwami wa Ashuri kubera umutima wiwe utisonera n’amaso yiwe yibona akishira hejuru+.
12 Jewe Yehova ninarangiza igikorwa canje kijanye n’umusozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzohana umwami wa Ashuri kubera umutima wiwe utisonera n’amaso yiwe yibona akishira hejuru+.