-
Zaburi 86:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Nunyereke ikimenyetso c’ukumera neza kwawe,
kugira ngo abanyanka babibone maze bamaramare.
Kuko uri umutabazi wanje ukaba n’umuhoza wanje, ewe Yehova!
-