Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko ku musi ugira gatatu mu gitondo, humvikana imituragaro n’ijwi ry’inzamba risamirana cane, haboneka n’imiravyo be n’igicu kizitanye+ ku musozi. Abantu bose bari mw’ikambi baca batangura kujugumira+. Kuvayo 19:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Umusozi Sinayi wose wariko urafumba umwotsi, kuko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Umwotsi waguma uduga nk’umwotsi uva mw’ifuru*, kandi uwo musozi wose wariko uranyiganyiga biteye ubwoba+. Zaburi 77:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ijwi ry’umuturagaro wawe+ ryari rimeze nk’urwamo rw’amapine y’imikogote.Imiravyo yaramuritse kw’isi yose*+,isi irahinda agashitsi, irajugumira+. Zaburi 104:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Araba isi ikajugumira,yakora ku misozi igafumba umwotsi+.
16 Nuko ku musi ugira gatatu mu gitondo, humvikana imituragaro n’ijwi ry’inzamba risamirana cane, haboneka n’imiravyo be n’igicu kizitanye+ ku musozi. Abantu bose bari mw’ikambi baca batangura kujugumira+.
18 Umusozi Sinayi wose wariko urafumba umwotsi, kuko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Umwotsi waguma uduga nk’umwotsi uva mw’ifuru*, kandi uwo musozi wose wariko uranyiganyiga biteye ubwoba+.
18 Ijwi ry’umuturagaro wawe+ ryari rimeze nk’urwamo rw’amapine y’imikogote.Imiravyo yaramuritse kw’isi yose*+,isi irahinda agashitsi, irajugumira+.