ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ubu rero ndamenye ko Yehova aruta izindi mana zose+, kubera ivyo yakoreye abishima ku bantu biwe.»

  • Yesaya 44:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Ntimutinye

      kandi ntimutekerwe n’ubwoba+.

      Mbega umwe wese muri mwebwe sinabimubwiye imbere y’igihe, nkabimumenyesha?

      Muri ivyabona vyanje+.

      Hari iyindi Mana atari jewe?

      Oya, nta kindi Gitandara kiriho+. Nta co nzi.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika