ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 112:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Amurikira abagororotsi nk’umuco wakira mu mwiza+.

      ח [Heti]

      Yuzuye impuhwe* n’imbabazi+ kandi ni umugororotsi.

  • Imigani 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ariko inzira y’abagororotsi imeze nk’umuco wo mu gatondo

      ugenda urushiriza gukayangana gushika hakeye neza+.

  • Yesaya 30:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Umusi Yehova azotubika aho abantu biwe bavunitse*+, agakiza n’uruguma rukaze rwatewe n’inkoni yabakubise+, umuco w’ukwezi kw’igisyo uzomera nk’umuco w’izuba, umuco w’izuba na wo wongerekane incuro indwi+, ungane n’umuco w’imisi indwi.

  • Mika 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Nzokwihanganira uburake bwa Yehova

      kuko namucumuyeko+.

      Nzokwihangana gushika amburaniye, akantunganiriza.

      Azonsohokana anjane ku muco.

      Nzokwitegereza ubugororotsi bwiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika