Zaburi 86:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!Urukundo* ufitiye abo bose bakwambaza ni rwinshi+. Luka 18:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yezu amwishura ati: «Kubera iki unyita mwiza? Nta n’umwe ari mwiza atari Imana+.
5 Ewe Yehova, uri mwiza+ kandi witeguriye kubabarira+!Urukundo* ufitiye abo bose bakwambaza ni rwinshi+.