Ezira 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Raba ivyadushikiye vyose kubera ibibi twakoze n’ivyaha vyacu vyinshi. Yamara wewe Mana yacu ntiwatwishuye ibihuye n’amakosa yacu+, ahubwo watumye twebwe abari ng’aha turokoka tuva mu bunyagano+. Zaburi 130:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ewe Yehova*, iyaba amakosa ari yo uraba*,ni nde yoguma ahagaze ga Yehova+? Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+.
13 Raba ivyadushikiye vyose kubera ibibi twakoze n’ivyaha vyacu vyinshi. Yamara wewe Mana yacu ntiwatwishuye ibihuye n’amakosa yacu+, ahubwo watumye twebwe abari ng’aha turokoka tuva mu bunyagano+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+,umunyakibi ahebe ivyiyumviro vyiwe.Nagaruke kuri Yehova, azomugirira imbabazi+,agaruke ku Mana yacu, kuko izomubabarira cane*+.