Zaburi 65:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Witwararika isi,ugatuma imera cane, ikimbuka rwose+. Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi.Ukwo ni ko wateguye isi,kugira uronse abantu ibifungurwa+. Ivyakozwe 14:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Naho ari ukwo, ntiyabuze kwishingira intahe+ mu gukora ivyiza. Yarabahaye imvura iva mw’ijuru n’ibihe vy’umwimbu+, ibahaza ibifungurwa, yuzuza n’imitima yanyu umunezero+.»
9 Witwararika isi,ugatuma imera cane, ikimbuka rwose+. Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi.Ukwo ni ko wateguye isi,kugira uronse abantu ibifungurwa+.
17 Naho ari ukwo, ntiyabuze kwishingira intahe+ mu gukora ivyiza. Yarabahaye imvura iva mw’ijuru n’ibihe vy’umwimbu+, ibahaza ibifungurwa, yuzuza n’imitima yanyu umunezero+.»