Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Hasigaye akanya gato ababisha ntibabe bakiriho+.Uzoraba aho bahora bariubabure aho wababonye+. Zaburi 37:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Ariko abanyakibi bose bazorandurwa.Ababisha nta kazoza bagira+. Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ariko ababisha bazokurwa kw’isi+,kandi ibihemu bizorandurwa kuri yo+.