Yeremiya 9:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 «Mugabo uwirata, niyiratire iki kintu: ko atahura cane ibinyerekeye kandi akaba anzi+,ko ndi Yehova, Umwe yerekana urukundo rudahera*, ubutungane n’ubugororotsi mw’isi+,kuko ivyo ari vyo bimpimbara+», ni ko Yehova avuze.
24 «Mugabo uwirata, niyiratire iki kintu: ko atahura cane ibinyerekeye kandi akaba anzi+,ko ndi Yehova, Umwe yerekana urukundo rudahera*, ubutungane n’ubugororotsi mw’isi+,kuko ivyo ari vyo bimpimbara+», ni ko Yehova avuze.