Kuvayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ibandanya kumubwira iti: «Ndi Imana ya so wawe, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+.» Musa aca yipfuka mu maso, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.
6 Ibandanya kumubwira iti: «Ndi Imana ya so wawe, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+.» Musa aca yipfuka mu maso, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.