Gusubira mu vyagezwe 4:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Mutegerezwa kwubahiriza amategeko n’amabwirizwa yiwe ndabahaye uno musi, kugira bibagendere neza mwe n’uruvyaro rwanyu no kugira muzorambire mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe+.»
40 Mutegerezwa kwubahiriza amategeko n’amabwirizwa yiwe ndabahaye uno musi, kugira bibagendere neza mwe n’uruvyaro rwanyu no kugira muzorambire mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe+.»