-
2 Samweli 22:2-4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 «Yehova ni urutare rwanje n’igihome canje gikomeye+, kandi ni we ankiza+.
3 Imana yanje ni yo gitandara canje+ mpungirako.
Ni yo nkinzo yanje+ n’ihembe* rinkiza*, ubuhungiro bwanje butekanye*+.
Ni yo mpungirako+, ni yo mukiza wanje+, ni yo inkiza inkozi z’ikibi.
4 Yehova ni we nambaza kuko abereye gushemezwa,
kandi azonkiza abansi banje.
-