ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Umugabo umwe w’umugumutsi yitwa Sheba+ ariyadukiza. Yari mwene Bikiri wo mu muryango w’Ababenyamini. Avuza inzamba+ maze avuga ati: «Dawidi nta co duhuriyeko kandi nta ntoranwa tuzoronka kuri mwene Yese+. Umwe wese nasubire ku mana ziwe*, yemwe Bisirayeli+!»

  • 2 Samweli 22:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Imipfunda y’urupfu yaguma yisuka irya n’ino yanje+.

      Isegenya ry’abantu b’imburakimazi ryaguma rintera ubwoba+.

       6 Imigozi y’ukuzimu yari yankikuje+,

      imitego y’urupfu yari impanze+.

  • Zaburi 22:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Imbwa zankikuje+,

      zansatiriye nk’akagwi k’inkozi z’ikibi+,

      zantonze ku maboko no ku maguru nk’intambwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika