Umusiguzi 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umuntu ntamenya igihe ciwe+. Kurya nyene ifi zigwa mu rusenga n’inyoni zikagwa mu mutego, ni ko n’abana b’abantu bagwa mu mutego mu gihe c’ivyago, iyo bibajeko giturumbuka.
12 Umuntu ntamenya igihe ciwe+. Kurya nyene ifi zigwa mu rusenga n’inyoni zikagwa mu mutego, ni ko n’abana b’abantu bagwa mu mutego mu gihe c’ivyago, iyo bibajeko giturumbuka.