Zaburi 22:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nzogushemeza mw’ishengero rinini+.Nzoshitsa indagano zanje imbere y’abagutinya. Zaburi 76:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nimugirire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse+.Abamukikuje bose nibamuzanire amashikanwa n’icubahiro cinshi+.
11 Nimugirire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse+.Abamukikuje bose nibamuzanire amashikanwa n’icubahiro cinshi+.