-
Yakobo 1:23-25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Umuntu yumva iryo jambo ntarishire mu ngiro+, ameze nk’umuntu yiraba* mu cirore. 24 Kuko yiraba agaca yigira, ubwo nyene agaca yibagira uko ameze. 25 Mugabo uwihweza muri iryo tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi akarigumamwo, aba abaye uwushira mu ngiro aho kuba uwumva akibagira. Uwukora ivyo azohimbarwa*+.
-