ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Araheza ababwira ati: «Mugume murikanuye kandi mwirinde ubwoko bwose bw’umwina*+, kuko naho umuntu yoba afise umurengera, ubuzima bwiwe ntibuva ku bintu atunze+.»

  • 1 Timoteyo 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kuko gukunda amahera ari umuzi w’ibibi vy’ubwoko bwose. Hari abaciye ku biti no ku mabuye kubera gukunda amahera maze barata ukwizera, bikwegera* imibabaro myinshi+.

  • Abaheburayo 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Mu buzima bwanyu ntimurangwe no gukunda amahera+, ahubwo mubumbwe n’ibintu mufise ubu+. Kuko Imana yavuze iti: «Sinzokwigera ndaguta, kandi sinzokwigera ndaguheba+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika