Zaburi 119:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Naho abatware* bokorana kugira bamvuge nabi,umusavyi wawe aguma azirikana* ingingo washinze. Zaburi 119:71 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 71 Ni vyiza kuba narashikiwe n’imibabaro+,kuko bituma ntahura ingingo washinze.