Zaburi 63:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ndakwibuka ndi ku gitanda canje,nkakuzirikana igihe nteramye mw’ijoro+. Yesaya 26:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mw’ijoro ndakwipfuza n’umutima wanje wose,umushaha wanje ukaguma ukurondera+.Kuko igihe uciriye urubanza isi,ababa mu gihugu baheza bakiga gukora ibigororotse*+.
9 Mw’ijoro ndakwipfuza n’umutima wanje wose,umushaha wanje ukaguma ukurondera+.Kuko igihe uciriye urubanza isi,ababa mu gihugu baheza bakiga gukora ibigororotse*+.