ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 22:17-20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yatumye ukuboko ari iyo hejuru,

      aramfata ankura mu mazi y’ibenga+.

      18 Yarankijije umwansi wanje akomeye+,

      ankiza abanyanka kandi bandusha inkomezi.

      19 Barandwanije igihe nari mu vyago+,

      ariko Yehova yaranshigikiye.

      20 Yanjanye ahantu hatagira inkomanzi*+,

      arankiza kubera anshima+.

  • Zaburi 124:2-4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 «Iyaba Yehova atari kumwe natwe+,

      igihe abansi bacu badutera+,

       3 baba baratumize tubona+,

      kuko bari barunguye n’ishavu+.

       4 Amazi aba yaradukukumuye,

      uruzi ruba rwaradutwaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika