ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 26:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Abishayi aca abwira Dawidi ati: «Uyu musi Imana iguhaye umwansi wawe+. Ndagusavye rero undeke ndamuzibure iri cumu ndarishikane hasi. Ndabigira rimwe gusa, sindinda kubigira irya kabiri.» 9 Ariko Dawidi abwira Abishayi ati: «Ntumugirire nabi. Hari uwogirira nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta*+ ntihagire icaha kimwagira+?»

  • 2 Ngoma 29:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Hezekiya+ yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya, akaba yari umukobwa wa Zakariya+. 2 Yagumye akora ivyo Yehova abona ko bigororotse+, nka sekuruza Dawidi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika