ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Niyaja ku ngoma, ategerezwa kwiyandikira aya mategeko mu gitabu* ciwe. Azoyimura ayakuye mu gitabu abaherezi b’Abalewi bazoba bafise+.

      19 Ico gitabu ategerezwa kucamana hafi yiwe, kandi ategerezwa kugisoma imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kugira yige gutinya Yehova Imana yiwe yongere yubahirize aya mategeko yose n’aya mabwirizwa mu kubishira mu ngiro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika