1 Samweli 19:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mu nyuma Sawuli arungika abantu ku nzu ya Dawidi ngo bamurereke maze bamwice mu gitondo+. Mugabo umugore wiwe Mikali amubwira ati: «Ejo uzopfa nutahunga muri iri joro.» 1 Samweli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Araza ashika ku ruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari ku rundi. Dawidi n’abantu biwe bihutira guhunga+ Sawuli, mugabo Sawuli n’ingabo ziwe baguma babasugereza kugira ngo babafate+.
11 Mu nyuma Sawuli arungika abantu ku nzu ya Dawidi ngo bamurereke maze bamwice mu gitondo+. Mugabo umugore wiwe Mikali amubwira ati: «Ejo uzopfa nutahunga muri iri joro.»
26 Araza ashika ku ruhande rumwe rw’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari ku rundi. Dawidi n’abantu biwe bihutira guhunga+ Sawuli, mugabo Sawuli n’ingabo ziwe baguma babasugereza kugira ngo babafate+.