Matayo 11:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Muri uwo mwanya, Yezu aca avuga ati: «Ndagushemeza icese Dawe, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo bintu wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ariko ukabihishurira abana batoyi+. Luka 2:46, 47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Haciye imisi itatu, bamusanga mu rusengero yicaye hagati y’abigisha, ariko arabumviriza yongera ababaza ibibazo. 47 Mugabo abamwumviriza bose barumizwa n’ugutegera kwiwe hamwe n’inyishu atanga+.
25 Muri uwo mwanya, Yezu aca avuga ati: «Ndagushemeza icese Dawe, Mukama w’ijuru n’isi, kuko ivyo bintu wabihishije inkerebutsi n’incabwenge, ariko ukabihishurira abana batoyi+.
46 Haciye imisi itatu, bamusanga mu rusengero yicaye hagati y’abigisha, ariko arabumviriza yongera ababaza ibibazo. 47 Mugabo abamwumviriza bose barumizwa n’ugutegera kwiwe hamwe n’inyishu atanga+.