ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 19:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Itegeko rya Yehova riratunganye+, rituma umuntu agarura agatege+.

      Ivyibutswa vya Yehova ni ivyo kwizigirwa+, bicisha ubwenge umuntu atazi utuntu n’utundi+.

  • Zaburi 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Ni ivyo kwipfuza kuruta inzahabu,

      kuruta inzahabu nyinshi nzizanziza*+,

      kandi birasosa kuruta ubuki+, ubuki butemba mu bimamara.

  • Imigani 24:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Mwananje, rya ubuki kuko ari bwiza.

      Ubuki bwo mu kimamara buraryoshe.

      14 Ariko kandi umenye ko ubukerebutsi ari bwiza kuri wewe+.

      Niwaburonka uzogira kazoza keza,

      kandi uzokwamana icizigiro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika