ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 50:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Uwushikana ugukenguruka nk’ikimazi ciwe ni we aninahaza+,

      kandi uwiyemeje gukora ibigororotse

      nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.»

  • Hoseya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Nimugaruke kuri Yehova, mumubwire muti:

      “Nuharire ikosa ryacu+ maze wemere iciza,

      natwe tuzogushikanira ishemezo ry’iminwa yacu+ nk’aho yoba ari amashuri y’inka*.

  • Abaheburayo 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni ukuvuga icamwa c’iminwa yacu+ ivuga ku mugaragaro izina ryayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika