ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ariko ababisha bazokurwa kw’isi+,

      kandi ibihemu bizorandurwa kuri yo+.

  • Imigani 25:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Kura imicafu mw’ifeza,

      na yo izoheza ibe iyityoroye neza+.

       5 Kura umubisha imbere y’umwami

      maze intebe yiwe y’ubwami izohangama mu bugororotsi+.

  • Ezekiyeli 22:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 «Mwana w’umuntu, kuri jewe Abisirayeli basigaye ata co bamaze nk’ubucafu*. Bose ni umujumpu, ubutare bw’ibati, ubw’icuma n’ubw’isasu hagati mw’ifuru. Basigaye ari ubucafu buva kw’ifeza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika