ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 1:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Hana yari adundumiwe rwose. Atangura rero gusenga Yehova+ no kurira cane. 11 Maze araganira Imana ati: «Ewe Yehova Nyeningabo, raba ayo ngowe jewe umusavyi wawe, unyibuke. Nutanyibagira jewe umusavyi wawe ukampa umwana w’umuhungu+, nzomuguha Yehova, agukorere ubuzima bwiwe bwose. Kandi ntazokwigera amobwa+.»

  • 2 Samweli 16:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Dawidi aca abwira Abishayi n’abasuku biwe bose ati: «Honyene umwana nivyariye ariko arondera kunyica+, hari akantu Umubenyamini+! Nimumureke amvume kuko ari Yehova yamutumye. 12 Hari aho Yehova yobona amagorwa ndimwo+, Yehova agasubira kungirira neza, iyi mivumo y’uyu musi ntimfate+.»

  • Yesaya 38:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ibi ni vyo Hezekiya umwami w’Ubuyuda yanditse igihe yarwara hanyuma agakira.

  • Yesaya 38:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ewe Yehova, nkiza!

      Tuzoheza tuvuze indirimbo zanje ku bicurarangisho vy’imirya+

      imisi yose y’ubuzima bwacu, tuzivugirize ku nzu ya Yehova+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika