2 Samweli 22:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Yehova nanyishure ivyiza yisunze ubugororotsi bwanje+,yisunze ukuntu amaboko yanje ata kibi yakoze imbere yiwe+. Imigani 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko inzira z’umuntu ziri imbere ya Yehova,kandi arasuzuma ivyo akora vyose+.
25 Yehova nanyishure ivyiza yisunze ubugororotsi bwanje+,yisunze ukuntu amaboko yanje ata kibi yakoze imbere yiwe+.