ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ewe Mukama Segaba Yehova, uri Imana y’ukuri kandi ivyo uvuga ni ukuri+. Jewe umusavyi wawe unsezeraniye ivyiza.

  • Zaburi 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Amajambo ya Yehova aratyoroye+.

      Ameze nk’ifeza zatyorowe incuro indwi mw’ifuru y’ibumba*.

  • Yohani 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nubeze* ukoresheje ukuri+. Ijambo ryawe ni ukuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika