Gusubira mu vyagezwe 30:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ehe nshize imbere yanyu ubuzima n’urupfu, umuhezagiro n’umuvumo, kandi ijuru n’isi ni vyo vyabona vyanje uyu musi+. Mutegerezwa guhitamwo ubuzima kugira mubandanye kubaho+ mwe n’uruvyaro rwanyu+. Yosuwa 24:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo nimba mutoshima gukorera Yehova, nimwihitiremwo uyu musi uwo muzokorera+, zaba ari imana ba sokuruza banyu basenga hakurya ya rwa ruzi runini*+ canke imana z’Abamori bene igihugu mubayemwo+. Nayo jewe n’urugo rwanje, tuzokorera Yehova.» Yosuwa 24:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yosuwa aca ababwira ati: «Ko ari mwebwe rero mwihitiyemwo gukorera Yehova+, mwebwe ubwanyu muri ivyabona bizobagiriza.» Na bo bishura bati: «Turi ivyabona.»
19 Ehe nshize imbere yanyu ubuzima n’urupfu, umuhezagiro n’umuvumo, kandi ijuru n’isi ni vyo vyabona vyanje uyu musi+. Mutegerezwa guhitamwo ubuzima kugira mubandanye kubaho+ mwe n’uruvyaro rwanyu+.
15 Mugabo nimba mutoshima gukorera Yehova, nimwihitiremwo uyu musi uwo muzokorera+, zaba ari imana ba sokuruza banyu basenga hakurya ya rwa ruzi runini*+ canke imana z’Abamori bene igihugu mubayemwo+. Nayo jewe n’urugo rwanje, tuzokorera Yehova.»
22 Yosuwa aca ababwira ati: «Ko ari mwebwe rero mwihitiyemwo gukorera Yehova+, mwebwe ubwanyu muri ivyabona bizobagiriza.» Na bo bishura bati: «Turi ivyabona.»