Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+. Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+. Zaburi 145:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehova akingira abamukunda bose+,ariko ababisha bose azobazimanganya+.
10 Yemwe abakunda Yehova, nimwanke ikibi+. Akingira ubuzima bw’intahemuka ziwe+,akabarokora mu kuboko* kw’ababisha+.