ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 22:44-46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 44 Uzonkiza abantora amahinyu mw’ihanga ryacu+.

      Uzonkingira kugira mbe umukuru w’amahanga+.

      Abantu ntari nzi bazonkorera+.

      45 Abanyamahanga bazoza imbere yanje bahinda agashitsi+.

      Ivyo bazokwumva ku binyerekeye bizotuma bangamburukira*.

      46 Abanyamahanga bazocika intege*,

      bave mu buhungiro bwabo bajugumira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika