ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Kandi ibikoko vyose vyo mw’ishamba, ibikoko vyose biguruka mu kirere n’ibindi bikoko vyose bigendagenda kw’isi, ndabihaye ivyatsi bitoto ngo bibe ivyo kurya vyavyo+.» Biraheza biba gutyo nyene.

  • Zaburi 136:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Aronsa ibifungurwa igifise ubuzima cose*+,

      kuko urukundo rwiwe rwamaho ibihe vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika