ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:59-61
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi n’abagize Inama nkuru bose bariko bararondera ibinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+. 60 Ariko nta na kimwe baronse, naho hari haje ivyabona vyinshi bimwagiriza+ ibinyoma. Mu nyuma haza babiri, 61 bavuga bati: «Uyu muntu yavuze ngo: “Ndashobora gusenyurira hasi urusengero rw’Imana, ngaca ndarwubaka mu misi itatu+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika