Zaburi 25:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mana yanje, ni wewe nizigiye+.Ntureke ngo maramare+. Ntureke ngo abansi banje banyirateko+. Zaburi 41:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Iki ni co kizonyereka ko unkunda: Ni uko abansi banje batonyigambako bigina intsinzi+.