ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kuko utazompebera mu kuzimu+.

      Ntuzokwemera ko intahemuka yawe ija mu cobo*+.

  • Zaburi 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ewe Yehova gitandara canje, ni wewe nguma ntabaza+.

      Ntiwice amatwi.

      Hamwe woguma wihoreye,

      noca mera nk’abamanuka mu cobo*+.

  • Yesaya 38:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Raba! Aho kugira amahoro naradundumiwe cane.

      Mugabo wandinze icobo c’uguhona

      kubera unkunda+.

      Ibicumuro vyanje vyose wabitereye inyuma y’umugongo wawe*+.

  • Yona 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Naradwibiye manuka epfo mu matanguriro y’imisozi.

      Ivyugazo vy’isi vyariko biranyugarana ibihe bidahera.

      Mugabo warakuye ubuzima bwanje mu cobo, ewe Yehova Mana yanje+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika